X DASH Media

TEMPERATURE Lyrics – Wise


Temperature Lyrics

[Verse 1]
Ubu ngubu mfise temperature,
Egera Hano tuganire muta
,ntugire ubwoba oya ntiburaca
ubanza turi nomubucacaca (eih)

[Bridge]
temptation (2) nfise temptation ×2
Uri muganga nanj ndumugwayi , I see na you’re doctor kandi you’re my pasta nsengera

[Chorus]
Erega nfise temperature(3) mfise temperature..

[Verse 2]
Mugutawa7
bara wagira ngo uri croix rouge (iyoo) ,
mubuhinga je nasanze ahubwo ari danger (iyoo) ,
muganga w’umurwayi umwe,uwo Mbura nkibura maaall
don’t forget u’re my king ,oooh treat me a queen

Hook: there’s one way.. one way you can use ooh
It’s an injection .. oh my baby me need injection ooh
Injection (2)do the injection
Temptation (2)mfise temptation eiih


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *