Abayoboye Ibinyamakuru bakoraniye hamwe mu kiyago c’umukuru w’igihugu Evaritse Ndayishimiye.


Abayoboye Ibinyamakuru bakoraniye i Bujumbura Abayoboye Ibinyamakuru bakoraniye mu kiyago c’umukuru w’igihugu Evaritse Ndayishimiye kuri uwu wa 28 Nzero 2021 muri Kiriri Garden Hôtel

aho yariko arayaga yavuze cane kubijanye n’uruhara rw’ibinyamakuru bikorera mu #Burundi akaba yafatiye kungingo z’amategeko zigenga ukwidegemvya no kumenyeshamakuru, hamwe n’uburimbi bidashobora kurenga

Yashimitse cane kugusabikanya ubutunzi mu #Burundi biciye mu kwegereza intwaro abenegihugu n’ugukurikirana umwimbu w’abakozi ba Reta biciye mu buhinga gurukana bumenyi buzoshobora kumenyekanisha ivyo umwe umwe wese arangura hisuzwe ibikorwa ajejwe.

⭕Kubwiwe avuga ati : “Abarundi bategerezwa kudomako urutoke umukozi wese wa Reta yakoze ikosa gutyo rikamuharurwako we nyene bwite aho kugira riharurwe kugihugu cose.”

👉👉👉( https://youtu.be/_1Gk-yV4n_0 )

#XDASH#Journaliste ##Burundi#Bujumbura


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *