Dte the label yateguye igiteramo gisozera umwaka ikaba yafadikanije nayandi mashira hamwe mugutegura icogiteramo nka Now Creative, A&M Foundation na World Beach kikazoba kwigenekerezo rya 28 kigarama abaririmvyi bazotumirwa kuva hanze akaba ari babiri bava mu bihugu bitandukanye uwa mbere ni
![](https://xdashmedia.com/wp-content/uploads/2022/11/25761860101_status_ea5e6412b2934711b0699a58cd9849c5-1024x1024.jpg)
AV ukomoka mu gihungu ca #Nigeria akaba yamenyekanye cane kundirimbo nka “BIG THUG BOYS” na “CONFESSION” uwundi nawe akaba ari
![](https://xdashmedia.com/wp-content/uploads/2022/11/25761860101_status_a86c8656fb78413987af26ae9add3698-1024x1009.jpg)
MIKE nawe ukomoka mu gihungu cu #Rwanda akaba yamenyekanye cane kundirimbo nka “SABRINA” na “TUZA” akaba arabo bazobasha kuturirimbira ikibiriraho (Live) izo tariki zisozera Umwaka 2022 vuba bakaba bagiye kutubwira ikibanza igiteramo kizoberamwo.
Muciteguriye gute?