X DASH Media

INKEBUZO Lyrics – Amazing Crack


Inkebuzo Lyrcis

Yeah ubwenge ntibusumbe ubwonko
bugucange bugutange tange
bukuvange bugucange buguhange
bihucishe irya nino

Bukubanze bujane ubwenge
n’ubusa ubumenyi nipfa gusa
ivyubahiro vyo bapfa gusa
kubishaka kuba Ubwenge budasesangura
ubwo n’ubwenge bwikitazi kukaba nkako
ubwenge buguha agateka ubwosubwenge
bwivyovyatsi Ubwenge bwuwize nukwubakira
kazoza nayubwenge bwuwutize nubumutera
gutyoza nokwipfuza ivyinambu atari bunabironswe

Ubwenge buba ubwenge iyo budagise
utunenge ubwenge bigucisha akenge
buguha agahengwe butakwibagiza ahukuye
akarenge intango yokugira ubwenge
nukumenyako utagira ubwenge hama
ukiga ugaca akenge nayimpera
yoguhera ubwenge nukububisa bugende

Uramenya ntuvange ibitavangika
harubudasa bwitashi nibara urukwi
nikara umwiza nitara uguhaguruka nukwicara
nibara

Iy’isi ishaje ishaka inzara nayo ikararaza
nkuwaguhaye akanya isase buca akwararaza

Ivyubu ninkingwara idakira vyo ntawubizi
ntankeka ngira niyompamvu dutegana imisi
ngira haribindi atari ikindi

Imana yoyo yarema nkumuhigi ahusha kenshi
muga atinda akagema urizera icubonye
ikivahanze cogusema

Urakunde umugenzi nkumuvuzi ntumukunde
nkumucuzi urakunde umugenzi nkumusenzi
ntumukunde nkumutwenzi

Urankunde umugenzi nkumukuzi ntumukunde
nkumutunzi urakunde umugenzi nkumucuzi
ntumukunde nkumugunzi umugenzi sumuhumvyi

Urabe nkunzi samajambo utondeka,ugatonda
ukayagira uwundi Aaah

Ntiwamenyicushaka uzobumenye igikenewe
ukironke ngo ntutuvyicaro ugitore
urumviriza abarintore utaye umuco
wanyu ukaba utazi nuwahandi

Wumva utazoba ugowe nahone?
Hinge niwabwira umworo akure
amaboko mumpuzu uribuka kurabako
yambaye impuzu atari gusaa

Ngo impanuro icikubusa nahu uvuze
impundu bavyitwe ubujuju inyifato
ngenderwako iwacu bayitwa ubukungu
Sinzi nimbarukutamenya

Harubutandukane bwintare ninkende
nibavuza inanga nawe uracuvuza
ikembe abusumvyishaka bose ntibaze baguhende

Uragirintego hope you understand raba
ntuhatembe ikaze iwacu mu Burundi
ahotuvuga igifaransa rukabarigworugezo
rusesangura ubwobwenge

Habuzishaka mugatubirabukundi
ntituzivyodushaka ntitunashaka ivyoyuzi
niwamubwira kumukunda uri bukamuhende
kufisumutima uhinduka ubikore ukiciruka
namarira ateragahinda nivyo navyo uribuka
barahendahenda Ndazi ntibazinukwa

Imaniguhumutima nguteramaraso uwawe
ukawuteresha urukundo ufisikibazo
ntugire nkabo ugire akamaro
urwize amasabo,uwize aracaho
nuwivyarabaho kwaza hinge
uratwaza buke wigengesere wibuke bunobugingo buke

Bukehabugakengereza ntibuce uragwanyubute
niwasoza ukaburicuteka
uracutekumutwe

Kwanzahingemvuge abazikobatazi bigira
abazikobazi batabizi bagaca barenzugwamo
abazikobatazi babiziko
ivyobazi bagize bigizabohasi
bazi ivyubu ntamushinge uramana somambike

Numupfumu agira imiti yose uramana ariko
uwinzarawo akawugurakwibotike umwiza
afisakahise umunyavyaha kazoza

Suwacumuye gusumba ngwafisacazoba
ngobankumuhero kumungere ariwe aryintama
murusengero ngo bambarangufiya
bakarenzurugero nonimana numunyamideri

Aduhurugero ?
Dushaka kujamw’ijuru hobadakor’ivyaha
none kotugabitanya twese nindazohataha?
Uravyibuka ubikore cane kubwitange
wuraziduka urazinukwa ivyogupfanimpfane
ugumehanze wew’uriruka umugenzi mupfane

Iman’icane wew’uzunguka babaze nibande
wankimana s’umucance ukundagacahinduka
babigize ubupfindo ibigoye s’iyonkizo
barahitamw’ibikwiye muga s’iyonkingo
gufatingingo nukubireka vyose

N’ubuhe butumwa burimwo mundirimbo Temperature washaka gushikiriza abayumviriza


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *