Ishirahamwe #Welthungerhilfe_Burundi ryaronkeje Ubushikirangaji bw’amagara y’abantu nokugwanya #SIDA imfashanyo ingana 122.000€ y’amanyaburaya.


Ishirahamwe #Welthungerhilfe_Burundi ryaronkeje Ubushikirangaji bw’amagara y’abantu nokugwanya #SIDA

imfashanyo ingana 122.000€ y’amanyaburaya mu ntumbero yo gufata mu mungongo

rya sekeza “Ndakira, Sinandura, kandi Sinandukiza “Covid_19”,

ririko riraba nk’uko ryatagujwe n’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evaritse NDAYISHIMIYE.


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *