X DASH Media

Ivyiza vyo kwambara ubupfukamunwa kubiyunguruza bose mu mabisi Covid_19


Ivyiza vyo kwambara ubupfukamunwa kubiyunguruza bose mu mabisi, ku mapikipiki no ku makinga mu kwikingira ikiza ca koronavirisi #Covid_19 citabiriwe cane gose mu gisagara ca Bujumbura

kuva kuri uyu munsi wo kuwa kane igenekerezo rya 14 nzero 2021. Aho bita Kuri Bata, mu gisangara ca Bujumbura ku bituro vy’amabisi aja mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura, kubururuka amabisi bose

bari bambaye udufukamunwa. umukozi wa ATRABU NKURUNZIZA Osuald, ajejwe umutekano ku ma bus agenda mu Gasenyi avuga uti :”Abantu bose bafata ama bus

tumubwiriza yuko ategerezwa gukaraba neza iminwe yiwe ni sabuni no kubayambaye agafukamunwa neza imbere y’ukwurira muri bus. Uwutavyubahiriza ntiyemererwa gufata bus”.

#XDASH#Twikingire#Amagara#Covid19


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *