MIMUSHAKA Lyrics – Victorious Team


Mimushaka Lyrics

Chorus Abelie, Cece, Davy

Ni ivyigikundiro ni ivyicubahiro ivyo nivyo niyumvira buri munsi
Namugororotsi yahebwe
Eka daa! ,Eka daa!
Namugororotsi yahebwe, eeeh
Nedaccebo sebo, nedaccebo sebo
Namugororotsi yahebwe
Ekadaa,Ekadaa
Namugororotsi yahebwe, eeeh
Nedaccebo sebo, Nedaccebo sebo

Verse 1 Boneur

Yeah! Umw’ijambo ryashitseko
naw’aryubakako ka kabuto gato
inyoni zanikako we reka gutinya
agura amahema terera urusenga

Bridge Davy

Mim!,…Mimshaka, Mimshaka ushaka kuyamenya urabaza na Isaka eeeh!
Mimshaka, mimshaka ni ya mavuta y’Imana yimura imipaka

Chorus Cece

Ni ivyigikundiro ni ivyicubahiro ivyo nivyo niyumvira buri munsi
Namugororotsi yahebwe
Eka daa! ,Eka daa!
Namugororotsi yahebwe, eeeh
Nedaccebo sebo, nedaccebo sebo
Namugororotsi yahebwe
Ekadaa,Ekadaa
Namugororotsi
Nedaccebo sebo, Nedaccebo sebo

Verse2 Anonyxel, Cece

Il m’a di laisse-moi tout payer
vas-y Tends moi tout tes coupons
Je ferais de toi un Champion
Comme atetonkoumpo
J’perce les murs comme riyad mahrez
Rien n’marrete
Même en cas de ras de marée
Oui je flotte… Sur le eaux avec mon canoë
Comme Noé ses promesses
Je’sais qu’il va les honorer comme lui
J’envoie une colombe en l’air dans l’espoir
D’une nouvelle terre d’un ciel clair
Umugororotsi azobeshwaho n’ijambo
riva k’Uhoraho intsinzi yanesheje isi
N’ukwizera kwanje je ndabihamya

Mim!,…Mimshaka, Mimshaka ushaka kuyamenya urabaza na Isaka eeeh!
Mimshaka, mimshaka ni ya mavuta y’Imana yimura imipaka

Chorus cece

Ni ivyigikundiro ni ivyicubahiro ivyo nivyo niyumvira buri munsi
Namugororotsi yahebwe
Eka daa! ,Eka daa!
Namugororotsi yahebwe, eeeh
Nedaccebo sebo, nedaccebo sebo
Namugororotsi yahebwe
Ekadaa,Ekadaa
Namugororotsi
Nedaccebo sebo, Nedaccebo sebo

Outro Davy

Eeeh!, Mimshaka Mim… Shaka shaka
Mimshaka!
Mim… Shaka shaka
Mimshaka !
Mim… Shaka shaka


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *