MORNING LOVE Lyrics – D-One


Morning Love Lyrics

Verse1
Good morning love ,I just wanna tell you that I love you so
Warose gute, gute ko ijoro ryose narose wewe!?
Hageze kumugoroba sinoja kuryama namenye uko wiriwe

Pre-Chorus
Bivanye nuko wiriwe ndara neza canke nkarara nabii
Bivanye nuko wiriwe ndaronka amahoro canke nkayabura

Chorus
Ivy’uza gukora vyose ubikore unyibuka
Aho uza kuja hose wirinde guhemuka

Hook
Good morning love (X2)
Wirirwe neza (X2)

Verse2
Ese warose tuja imbere y’Imana n’abantu Ese warose twubaka rugakomera?
Tukavyara hungu ndetse na kobwa tukaba amakara atarurubeya?
Izondoto je nizo nshaka kwumva ko wandoteye
Iyuuuuhuuh
Hamwe zitobizo ntiwirirwe urambwira jewe nokwirirwa nabi yooh

Pre-Chorus
Bivanye nuko wiriwe ndara neza canke nkarara nabii
Bivanye nuko wiriwe ndaronka amahoro canke nkayabura

Chorus
Ivy’uza gukora vyose ubikore unyibuka
Aho uza kuja hose wirinde guhemuka

Hook
(Good morning loveX2
Wirirwe neza)X2

Verse2
Ese warose tuja imbere y’Imana n’abantu Ese warose twubaka rugakomera?


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *