Mugitondo co kuruyu wa mbere mu ntara ya #Kirundo umuduga usanzwe uzana igitoro wiyadukije umuriro urasha uratokombere.


Mugitondo co kuruyu wa mbere ingekerezo rya 18 Nzero 2021 isaha 9h mu ntara ya #Kirundo umuduga usanzwe uzana igitoro kiri mubwoko ba essence

kuri station yitwa #khalfhanFillingStation waruhejeje gupakurura igitoro babona wiyadukije umuriro urasha uratokombere Ugifatwa n’umuriro umushoferi akibibona yaciye awujamwo vyihuse awutwara kure

gato ya Station hagati mwibarabara uba ariyo uhira ariko ntacononekaye uretse uyo muduga nivyo warupakiye, tugashimira umushoferi (NkunzimanaDesire)

numukomvowayeri (Niyongabo Eddy) bobo babonye umuduga ufashwe baritanga bawukura muriyo Station kuko iyo uhahira harikwononekara vyinshi.

#XDASH#Kirundo#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *