NIRWAWE Lyrics – Clementine Kavy

Nirwawe Lyrics

Chorus)
Ivyo mfise vyose nirwawe,
Vyose narabiguhaye,
Ngwino umfate ukuboko tujane
I will never let you (x2)

 Never let you go, please baby 
 don’t never let you go (Iwawe)
 Never let you go,please baby

P don’t never let you go (Tujane)Ivyo mfise vyose nirwawe,
Vyose narabiguhaye,
Ngwino umfate ukuboko tujane
I will never let you (x2)
Oupooip so
(Verse 1)
Baby….., ukonyene ubikora biri
Fresh,aaah

 Wanyibagije X,
  Unkuramwo ama stress,
  Everything you do i feel alright 
   (X2)
  Kwako nimedata,kwako nimekuwa kama mtoto
  Nahapa sitokuaca

I like the way love me

(Chorus)
Ivyo mfise vyose nirwawe,
Vyose narabiguhaye,
Ngwino umfate ukuboko tujane
I will never let you (x2)

 Never let you go, please baby 
 don’t never let you go (Iwawe)
 Never let you go,please baby
 don’t never let you go (Tujane)Ivyo mfise vyose nirwawe,
 Vyose narabiguhaye,
 Ngwino umfate ukuboko tujane 
 I will never let you (x2)

(Verse 2)
Uzobana nanje, mubihe bibi nivyoroshe
Gutandukana nawewe,
Nukuri sinobishobora,
Yamajambo umbwira niyo
atuma nkukunda bikabije
sinzoreka kuvyemeza ko iwawe
Natuje
I like the way you treat me boy
I like the way you love me

(Chorus)
Ivyo mfise vyose nirwawe,
Vyose narabiguhaye,
Ngwino umfate ukuboko tujane
I will never let you (x2)

 Never let you go, please baby 
 don’t never let you go (Iwawe)
 Never let you go,please baby
 don’t never let you go (Tujane)Ivyo mfise vyose nirwawe,
 Vyose narabiguhaye,
 Ngwino umfate ukuboko tujane 

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *