UMUNYUKA Lyrics – D-One


Umunyuka Lyrics

Ngo jewe nd’umunyuka
nyuka, nyuka, nyuka, nyuka, nyuka(Yeah)

[Verse1]
Wambwiye yuko hariho ivyananiye
Ivyananiye, ngo ntanakimwe nshoboye
Ngo je nshoboye

[Pre-Chorus]
Wavuze ngo nzobanze nfate kuw’Ingona
Kugira mbanze nkure
Wavuze ngo nzobanze nfate kuw’Ingona
Kugira mb’Umugabo (x2)

Ooh my Baby yoo
I’m ready now
Ndetse no mugitanda
Ooh my Baby yoo
I’m ready now
Ntuzongera kwidoga

[Chorus]
Ngo jew nd’umunyuka
nyuka, nyuka,nyuka, nyuka, nyuka (yeah)

[Bridge]
Ngo ndacafise amaberebere ku munwaah
Ndasa na mama ku munwa (x2)

[Verse2]
Ubu ndi toto town sinkivumbaguza umuji warankoreyeko nambara pocket down, pocket down

[Verse3]
Oya Baby tuza ndagutembeza, ndagutembeza
Ubu igari jewe ndazi kuyirinyonga ipine zigasigar’inyuma(x2)


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *