WAITING Lyrics – D-One


Waiting Lyrics

[Verse1]
Je ndabizi Uronderwa na benshi,baby I know know know;
Amaher’imiduga n’ibindi vyose barafisee
Je ndabizi uronderwa na benshi Baby I know know know know
A Maher’imiduga n’ibinmdi vyose barabifiseee

[Bridge 1]
Je mfis’umutima niryo tunga mfise
Kuko n’inyuma y’imyakicumi nzoba nkigukunda mbaye nkihari

[Chorus ]
I’ll be waiting X3
I’ll be waitingX3
Kugeza umpaye lova lova from your heartX2

[Verse 2]
Oooh baby akakanya ntabwo uriko urambona,
Ooh baby iyeeeehee mbiragoye no kubihagarika
Umutima wawe uri muri vyishiii
Ubuzima bwawe buri trouble
Umutima wawe urimuri vyishi ieyeeeh
Ubuzima bwawe buri muri Troubleboboohh
Oya je sinorabicowaciyemwo bibiiiihhh
Abahungu bose mwahuye nabo sinzobiraba

[Bridge 3]
Je mfis’umutima niryo tunga Mfise kuko ninyuma y’imyakicumi nzoba nkigukunda aaaahaah
I’ll be waitingX3


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *