“Alvin Smith” (La Vache Orginal) ahejeje gusinya amasezerano ya “Brand Ambassador” wa (Global Peace Chain Burumdi 2021).


Inkuru ihimbaye umuririmvyi dusazwe tuzi kwizina rya “Alvin Smith” (La Vache Orginal) ahejeje gusinya amasezerano ya “Brand Ambassador” wa (Global Peace Chain Burumdi 2021)

Nkuko bimenyeshejwe n’iryoshirahamwe kobahejeje gusinyirana amasezerano

n’umwaditsi w’indirimbo akaba n’umuririmvyi nka “Brand Ambassador” wayo muri uyu mwaka wa 2021

Inkuru ihimbaye kubakunda uno muririmvyi gira akajambo umubwiye…

#XDASH#AlvinSmith#LavacheOrginal#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *