X DASH Media

Category ENTERTAINMENTS

Umugabo w’imyaka 65 yambitse impeta umukoba w’imyaka 22 yemezako abahugu ntarukundo bagifise arabo kwishakira ivyo birira no kwishimisha

Umukobwa w’imyaka 22 y’amavuko, uzwi ku mazina ya Mya Annie yamenyekanye kurubuga rwa TikTok yambitswe impeta ya fiyansaye n’umugabo w’imyaka 65 y’amavuko.Uyu mukobwa ukiri muto avugako uyu mugabo bari bamaranye ukwezi kumwe mu munyenga w’urukundo, akaba yabonye ko ari ngombwa…