Abantu benshi batunguwe nokubona amasanamu ya @bigfizzo na @satb_satura barikumwe aho benshi baribazi yuko badacanu uwaka kubwibibazo Vyagiye birahaba hagati yabo banenana
![](https://xdashmedia.com/wp-content/uploads/2022/11/image-26.png)
ariko nuko uyu munsi wa none bagaragaje kwatabibazo bihari hagati yabo aho abafana babo nabo batacana uwaka nabo ubu bakaba babonye kwatabibazo bafitaniye hagati yabo ahubwo abaragakino kuyumuziki
![](https://xdashmedia.com/wp-content/uploads/2022/11/image-27.png)
Mwembwe murabibona gute kubwaya masanamu bari hamwe?