DAVID NSHIMIRIMANA YARAYE ATEYE UMUKONO KU MASEZERANO YOGUKINIRA UMURWI WA SOFAPAKA MURI KENYA IKIRINGO C’IMYAKA 2.


Intamba mu rugamba David Nshimirimana,umwugariro wabo ntakibarizwa mu murwi wa Buildcon FC #Zambie.

Yaraye ateye umukono ku masezerano yogukinira umurwi wa Sofapaka mu gihugu ca #Kenya kubakinira mu kiringo c’imyaka 2.

#XDASH#Buildco#Sofapaka#Burund


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *