Category SPORTS

Umukinyi Hakizimana Muhadjiri yasavye imbabazi

Umukinyi Hakizimana Muhadjiri yasavye imbabazi nyuma y’uko yabaye intandaro y’imvururu hagati y’abakinnyi b’Amavubi na Sudan. Wari umukino wa kabiri wabarwaga nk’aho wakiriwe na Sudan n’ubwo wabereye i Nyamirambo, aho warangiye u Rwanda rutsinze 1-0 cyatsinzwe na Gerard Bi Gou Gohou.…

Umukambwe murukino rw’umupira w’amaguru PELE yitavye Imana

Umukambwe murukino rw’umupira w’amaguru @pele yitavye Imana kumunsi wa kane igenekerezo rya 29 kigarama2022,afise imyaka 82 ans 😥🇧🇷Muri kahise kiwe nk’umukinyi @pele yinjije ibitsindo ⚽️ 757 mu nkino zose yakinye zizwi 🏆 Niwe mukinyi rudende kw’isi yari amaze gutahukana ibikombe…

#FrancineNIYONSABA ahejeje kuvamwo ku metero 5.000m ntazokina finale.

#FrancineNIYONSABA ahejeje kuvamwo ku metero 5.000m ntazokina finale kuri ico kirereMu murwi wakabiri (2ème série) wabiruka imetero 5.000 #FrancineNiyonsaba yabaye uwakane, aho yirutse mu minota 14 n’amasegonda 56. Mugabo akaba atari mubazobandanya (disqualifiée) kuri ico kirere kubera basanze yirutse inyuma ya couloir yiwe…

#Nzeyimana_Philip_Oslev ahejeje gukora imyimenyerezo yiwe ya mbere mumurwi nserukira gihugu

#Nzeyimana_Philip_Oslev ahejeje gukora imyimenyerezo yiwe ya mbere mumurwi nserukira gihugu #Intambamurungamba Akaba abaye umukinyi wa kabiri mubava hanze yigihugu akoze imyimenyerezo hambavu ya #NtibazonkizaSAIDO #XDASHMedia#Philip_Oslevs#Burundi#FFB