Umukambwe murukino rw’umupira w’amaguru PELE yitavye Imana



Umukambwe murukino rw’umupira w’amaguru @pele yitavye Imana kumunsi wa kane igenekerezo rya 29 kigarama
2022,afise imyaka 82 ans 😥🇧🇷
Muri kahise kiwe nk’umukinyi @pele yinjije ibitsindo ⚽️ 757 mu nkino zose yakinye zizwi

🏆 Niwe mukinyi rudende kw’isi yari amaze gutahukana ibikombe vy’isi 3 ari mw’ikipe y’igihugu

Inyuma ya @Maradona, pelé Nikindi gihangange mu mupira w’amaguru ashengeye🥹💔.

isi y’umupira w’amaguru yose mu gahinda inyuma y’urupfu rwa pelé 😥

@leomessi :”Ruhuka mu mahoro pelé”

(FILES) In this file photo taken on January 12, 2009 Portuguese football player Cristiano Ronaldo (R) receives congratulations from Brazilian football legend Pele after recieving the FIFA world footballer of the year 2008 award in Zurich. – Brazilian football icon Pele, widely regarded as the greatest player of all time and a three-time World Cup winner who masterminded the ‘beautiful game’, died on December 29, 2022 at the age of 82, after battling kidney problems and colon cancer. (Photo by Fabrice COFFRI

@cristiano : “…Pele yabaye icitegererezo kuri kahise ,kubu  n’ibihe vyose Ku miliyoni nyinshi z’abantu kw’isi ,ivyo yakoze ntibizokwibahirwa…ruhuka mu mahoro”

@neymarjrsiteoficial : “sinzi aho nasomye ko imbere ya pelé no 10 cari igiharuro gusa.jeho mvuzeko ,imbere ya pelé  Football wari umukino nk’iyindi  usanzwe .pelé  yahinduye Umupira w’amaguru awugira isoko y’umunezero .Ruhuka mu mahoro”

R.i.p  Legend PELE💔😭🙏


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *