Kanakimana ntakibarizwa mu murwi wa Tianshan Leopard Xinjiang ( #Chine).


Kanakimana Bienvenue (21 ans), umusatirizi w’ Intamba murugamba kuruhande rw’i buryo yabaye nk’umukinyi yatsinze ibitsindo vyinshi (23) igihe yakinira umurwi wa Aigle Noir (2018) ntakibarizwa mu murwi wa Tianshan Leopard Xinjiang ( #Chine).

Asubiye mu cicaro ca kabiri muri USA aho yatanguriye carrière internationale yiwe mu mugwi wa

Switchbacks FC uri mu reta ya #Colorado Imbere yaho, kuva avuye muri

#PrimusLigue ,

yaciye mu mirwi ya Atlanta United FC (USA), MKF Vyskov (République Tchèque), Pinzgau Saalfelden (Chine) na Xinjiang Tianshan (Chine)

#XDASH#KanakimanaBienvenue#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *