FRANCINE NIYONSABA Mwari muzi nk’umunonotsi yiruka kunabwe zibiro metero 800. Muri #CrossCountry yabereye muri Bataillon.


FRANCINE NIYONSABA Mwari muzi nk’umunonotsi yiruka kunabwe zibiro metero 800. Muri #CrossCountry yabereye muri Bataillon Para kuri uwu w’Imana, Francine atahukanye ikibanza ca mbere inyuma yogukoresha umwanya ungana na 33’45”36 kubiro metero 10.000.

Mukurindira ko ingingo zafashwe n’urwego mpuzamakungu zimubuza kwiruka ku metero ziri hagati ya 400 na 1.600 zihinduka,

uwo munonotsi amaze imisi yimenyereza kwiruka ku metero 5.000 na 10.000

#XDASH#FrancineNiyosaba#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *