Ico Perezida Evariste Ndayishimiye yashikirije kubarundi baja iburayi baciye #Serbia.


Ico Perezida Evariste Ndayishimiye yashikirije kubarundi baja iburayi baciye #Serbia

«Barya barundi baja hanze (Serbia), ivyo bagenda gukora hanze, n’ivyo baba bahunze aha mu #Burundi.

arya mahera bagendako nk’itike, inguvu n’umutwe bakoresheje mu kurondera itike, bayakoresheje ngaha mu gihugu boshika kure. Jewe kuja hanze muri burya buryo ndabifata nko kwikura mu binyana»

Ivyo bishikirizwa na Perezida Evariste Ndayishimiye mu kiganiro yaremesheje kwiradiyo #KazozaFM aho yarabajijwe ikibazo ku rwaruka rwijukiye kujabuka hanze ruciye inzira za Serbia.

#Xdashburundi#XDASHMedia#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *