Muri #IsanganiroAward : muri iri ihiganwa rigira Icuro 9 rikorwa birangiye ari #DoubleJay ayitahukanye, ku ndirimbo yiwe “Nopfa”, yaririmbanye na #KirikouAkili
Mu bushimwe buboneka yaronkejwe, harimwo #Synthétiseur, hamwe n’ibahasha ritavuzwe ahabona
Mu munezero mwinshi, #DoubleJay yashikirije ijambo avuga nti: “Ndanezerewe cane, singira ukwo noshima.
Narahiganywe kenshi, mugabo uno musi ni ho hari hageze ko ntahukana iri higanwa”
#DoubleJay akaba yakurikiwe n’umugwi ndangakaranga “Amagaba”, mu ndirimbo yabo “Umurundikazi”
N’irihe jambo mwobwira #DoubleJay?
#XDASHMedia#Burundi#AJSAward#indirimbo