X DASH Media

#IsanganiroAward : muri iri ihiganwa rigira Icuro 9 rikorwa birangiye ari #DoubleJay ayitahukanye.


Muri #IsanganiroAward : muri iri ihiganwa rigira Icuro 9 rikorwa birangiye ari #DoubleJay ayitahukanye, ku ndirimbo yiwe “Nopfa”, yaririmbanye na #KirikouAkili

Mu bushimwe buboneka yaronkejwe, harimwo #Synthétiseur, hamwe n’ibahasha ritavuzwe ahabona

Mu munezero mwinshi, #DoubleJay yashikirije ijambo avuga nti: “Ndanezerewe cane, singira ukwo noshima.

Narahiganywe kenshi, mugabo uno musi ni ho hari hageze ko ntahukana iri higanwa”

#DoubleJay akaba yakurikiwe n’umugwi ndangakaranga “Amagaba”, mu ndirimbo yabo “Umurundikazi”

N’irihe jambo mwobwira #DoubleJay?

#XDASHMedia#Burundi#AJSAward#indirimbo


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *