X DASH Media

Istambul Basaksehir, yaraye ikinishije urukino rwa mbere #YoussoufNdayishimiye.


Istambul Basaksehir, yaraye ikinishije urukino rwa mbere #YoussoufNdayishimiye Inyuma y’umusi umwe gusa

ateye umukono ku masezerano yo gukinira muruwo murwi Youssouf yaraye akinye urukino rwiwe rwa mbere. Ku munota wa 88 niho yinjijwe, igihe umurwi wiwe wariko utana mu mitwe

n’umurwi wa #Galatasaray, wabatsinda 3-0. Mwonamenya ko n’uwo murwi wari wamwipfuje

ariko ukamutangako umuriyoni umwe n’ibihumbi ijana gusa nibashobokana.

#XDASH#Youssouf#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *