Nyuma yokwigina intsinzi yigikombe ca Mapinduzi Cup Saido NTIBAZONKIZA akaba yabatijwe izina rya “Antibiotic”


Saido NTIBAZONKIZA akaba yabatijwe izina rya “Antibiotic”

Nyuma yokwigina intsinzi yigikombe ca Mapinduzi Cup.

Saido NTIBAZONKIZA akaba yabatijwe izina rya “Antibiotic” yaryitswe na Baraka Adson Mpenja

(Umumenyesha makuru w’inkino) kuk’inyamakuru #AzamTV Rikaba risigura ikintu cica Imigera y’irwara ibamumuntu. Mw’ijambo rimwe ni (Urukingo) Saido NTIBAZONKIZA akaba yaryishimiye yandika kurubuga rwiwe ashima avuga ati: <Dashimiye

Umumenyereza Cedrick KEZA mukunyizera damusezeranya yuko giye guhangana mparanire Uruhara rw’instinzi y’umurwi wacu hamwe nokuguhesha icubahiro ukwiriye mbonereho nakaryo kogushimira uwambatinje izina “Antibiotic” vy’ukuri narikuze Baraka Adson Mpenja, Imana nishimwe tuzohure ubukurikira.>

Gira akajambo nawe wobwira Saido Ntibazonkizo kuri ako kazina bamubatije gashasha “Antibiotic”.


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *