Theecember agiye gushira haze indirimbo yiwe nshasha yise “GUMAKO”


Theecember Inyuma yokumenyekana cane kubera gusubiramwo kandi indirimbo #Finesse ya Pheelz 🇳🇬 ,

theecember 🇧🇮 akaba agiye gushira haze indirimbo yiwe ya mbere aririmba wenyene yise
” GUMAKO “

Iyambere yayikoranye n’ibihangange mumuziki aribo ” Rayvanny ” na ” Pheelz ” , iyije iyikurikirira yitwa ” Gumako ” izosohoka k’umunsi w’ejo ( Audio & Video )

Muyiteguriye gute?


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *