Umukambwe murukino rw’umupira w’amaguru @pele yitavye Imana kumunsi wa kane igenekerezo rya 29 kigarama
2022,afise imyaka 82 ans 😥🇧🇷
Muri kahise kiwe nk’umukinyi @pele yinjije ibitsindo ⚽️ 757 mu nkino zose yakinye zizwi
🏆 Niwe mukinyi rudende kw’isi yari amaze gutahukana ibikombe vy’isi 3 ari mw’ikipe y’igihugu
Inyuma ya @Maradona, pelé Nikindi gihangange mu mupira w’amaguru ashengeye🥹💔.
isi y’umupira w’amaguru yose mu gahinda inyuma y’urupfu rwa pelé 😥
@leomessi :”Ruhuka mu mahoro pelé”
@cristiano : “…Pele yabaye icitegererezo kuri kahise ,kubu n’ibihe vyose Ku miliyoni nyinshi z’abantu kw’isi ,ivyo yakoze ntibizokwibahirwa…ruhuka mu mahoro”
@neymarjrsiteoficial : “sinzi aho nasomye ko imbere ya pelé no 10 cari igiharuro gusa.jeho mvuzeko ,imbere ya pelé Football wari umukino nk’iyindi usanzwe .pelé yahinduye Umupira w’amaguru awugira isoko y’umunezero .Ruhuka mu mahoro”
R.i.p Legend PELE💔😭🙏