Umukinyi asazwe akina mw’Intamba murugamba mu murwi nserukira gihugu yitwa Francis Mustafa basazwe batazira “Njali” akaba yahora akinira muri AS Simba mu gihugu ca #RDCongoÂ
![](https://xdashmedia.com/wp-content/uploads/2022/11/139314234_111311247555084_9186567887423689488_n.jpg)
ubu yasinye amasezerano y’umwaka wose wogukinira Coastal Union mu gihugu ca #Tanzania akaba ariyo agiye kubarizwa uyu mwaka wose.
#XDASH#FrancisMustafa#Football#Burundi#IntambaMurugamba