Umumenyereza w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzaniya Etienne Ndayiragije yasezerewe muri ako kazi.


Umumenyereza w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzaniya Etienne Ndayiragije yasezerewe muri ako kazi.

Ivyo vyabaye inyuma y’ikiganiro yagiranye n’abarongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Tanzaniya

TFF, aho impande zose zahujije ko zohagarika amasezerano

#XDASH#TTF#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *