X DASH Media

Umusatirizi w’ Intamba murugamba Fiston Abdul Razak nawe yijiye muri Yanga African Sport Club.


Nyuma y’igihe kirekire ataboneka ari gukina mu mugwi wa ENPPI womugihugu ca #Egypt yarimwo aho mu myaka ibiri yagaragaye mu inkino 10 gusa azikinamwo, Fiston Abdul Razak yafashe ingingo yo kuwuvamwo uwo murwi. Yanga African Sport Club yo muri #Tanzania ikaba ihejeje kumenyekanisha kurubuga rwabo

ko asigaye ari umukinyi wiwabo ruvuga ati: <Karibu Jangwani(Ingwe y’irabura), Karibu mu murwi nserukira gihugu Fiston Abdul Razak umunyabikorwa, umukozi w’umupira wa maguruâš½.

Umurwi nserukira gihugu uravyemeje. > aho agiyeyo asanga abandi bakinyi babiri numumenyereza umwe babarundi, harimwo uwahoze ari kizigenza wiwe mu murwi nserukira gihugu (Saidi Ntibazonkiza)hamwe na (Cedric Kaze) yamumenyereje mu murwi w’igihugu Intamba murugamba

nawe nyene Fiston Abdul Razak akaba yabigaragaje kurubuga rwiwe ashima.

#XDASH#FistonAbdulRazak#Football#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *