Youssouf Ndayishimye bita Nyange yaraye akinye neza mu murwi wiwe mushasha İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü . Batsinze Fenerbahçe ya Mesut Ozil akinira 2-1.


Youssouf Ndayishimye bita Nyange yaraye akinye neza mu murwi wiwe mushasha İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü . Batsinze Fenerbahçe ya Mesut Ozil akinira 2-1,

gutyo baba barayisezereye muri 1/4 y’igikombe ca Turquie

Youssouf Ndayishimye aho biboneka ko yari asa n’uwunaniye Mesut Özil, yabaye rurangiranwa mu migwi nka #RealMadrid na #Arsenal agatwara n’igikombe c’isi yose muri 2014

Akajambo kamwe kuri uyumukinyi w’Intamba??

#XDASH#MesutÖzil#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *