X DASH Media

Youssouf Nyange umukinyi w’umurundi muri İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü yo mu gihugu ca #Turquie, bamuguze ku miriyoni 2,2 € (imiriyaridi hafi 5 za Fbu).


Youssouf Nyange umukinyi w’umurundi muri İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü yo mu gihugu ca #Turquie, bamuguze ku miriyoni 2,2 € (imiriyaridi hafi 5 za Fbu)

Inyuma aho yaramaze igihe kirenga ukwezi ari kw’isoko ry’abakinyi, uno musi umukinyi Youssouf Nyange (22ans) yahora mu murwi wa Yeni Malatyaspor Kulübü ahejeje gutera umukono ku masezerano n’umurwi wa Istambul Basksehir umwe mu mirwi yanditse amateka ku mugabane w’i Buraya.

Uyu mwaka uwo murwi ukaba warivuganye umurwi ukomeye nka

#ManchesterUnited mu kuwutsinda mu nkino zo gukurakura namwo za

#ChampionsLeague

Tubibutse ko Nyange yari amaze umwaka umwe gusa avuye muri #AigleNoir y’i #Makamba , ku mahera 43.000€.

Gira akajambo mumushikirije kw’igurwa ryiwe?

#XDASH#YoussoufNyange#Burundi


Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *