B-Face On The Flow akoze ibitagaza kuri Stage kundirimbo yiwe KORA Imbere ya Mère de la Ville.
SAT-B agaragaje kwariwe Mwami kuri Stage kumusi mukuru w’Urumuri rw’Amahoro imbere ya Prezida
GASORE aguye MUGATENGO!!! akorewe agasha ka SURPRISE na Team ku munsi wa mavuko wiwe arwamugahundwe.
#EricNzikwikunda umunonotsi w’umurundi yiruka ku kirere ca 800m nawe yasezeye amahiganwa.
#EricNzikwikunda umunonotsi w’umurundi yiruka ku kirere ca 800m nawe yasezeye amahiganwa, n’inyuma y’ukuza ku mwanya wa 41 ku rutonde rusangi mu banonotsi bose hamwe 47. Ni mu gihe mu muce yarimwo yabaye uwa 6 muri 8 akoresheje umwanya ungana 1min47’97”…
#FrancineNIYONSABA ahejeje kuvamwo ku metero 5.000m ntazokina finale.
#FrancineNIYONSABA ahejeje kuvamwo ku metero 5.000m ntazokina finale kuri ico kirereMu murwi wakabiri (2ème série) wabiruka imetero 5.000 #FrancineNiyonsaba yabaye uwakane, aho yirutse mu minota 14 n’amasegonda 56. Mugabo akaba atari mubazobandanya (disqualifiée) kuri ico kirere kubera basanze yirutse inyuma ya couloir yiwe…
Ildephonse asubiyemwo Prezida #Yoweli Museveni n’Abamenyeshamakuru ba #BBC.
GASORE arasajije abantu i #Muyinga barumirwa|ayo akorewe n’umukobwa atanzi kuri Stage.
Kumusi mukuru wahariwe umuziki w’Uburundi.
Kumusi mukuru wahariwe umuziki w’Uburundi Hari ikirori kidasanzwe, aho isinzi ry’abanyagisagara bari bakoraniye imbere y’ikigo c’abafaransa, batamba akaziki kakera n’umudiho wa bamwe mu baririmvyi babica bigacika muruyu muji. Nimwirabire namwe ingene vyari bimeze kuri ayo masanamu. We washoboye kuhishikira wabibonye…