#Nzeyimana_Philip_Oslev ahejeje gukora imyimenyerezo yiwe ya mbere mumurwi nserukira gihugu
#Nzeyimana_Philip_Oslev ahejeje gukora imyimenyerezo yiwe ya mbere mumurwi nserukira gihugu #Intambamurungamba Akaba abaye umukinyi wa kabiri mubava hanze yigihugu akoze imyimenyerezo hambavu ya #NtibazonkizaSAIDO #XDASHMedia#Philip_Oslevs#Burundi#FFB
Aigle Noir Inyuma yo gushira mu karuhuko abamenyereza, uburongozi bwa Aigle Noir bwamenyesheje uwugiye kubandanya awumenyereza.
Aigle Noir Inyuma yo gushira mu karuhuko abamenyereza, uburongozi bwa Aigle Noir bwamenyesheje uwugiye kubandanya awumenyereza. Uwo nawe s’uwundi ni Aime Nzohabonayo, yigeze gukinira umurwi nserukira gihugu, akaba yahora ari umumenyereza mukuru wa Academie ya #AigleNoir yo mu #Ruyigi Ku…
Kanakimana ntakibarizwa mu murwi wa Tianshan Leopard Xinjiang ( #Chine).
Kanakimana Bienvenue (21 ans), umusatirizi w’ Intamba murugamba kuruhande rw’i buryo yabaye nk’umukinyi yatsinze ibitsindo vyinshi (23) igihe yakinira umurwi wa Aigle Noir (2018) ntakibarizwa mu murwi wa Tianshan Leopard Xinjiang ( #Chine). Asubiye mu cicaro ca kabiri muri USA…
Shassir Nahimana Inyuma yo kugaruka mu mugwi wa Vita’O FC, ku rukino rwiwe rwa mbere yashitse atsinda.
Shassir Nahimana Inyuma yo kugaruka mu mugwi wa Vita’O FC, ku rukino rwiwe rwa mbere yashitse atsinda Hari mu rukino rw’indwi igira 21 ya #PrimusLigue rwariko rurabera kuri stade #Intwari rwariko ruhuza Vital’o FC hamwe na Olympic Star, rwarangiye ku…
TOP10//Abakobwa 10 b’afise imiterere myiza bazwi bakurura Abagabo n’Imisore mu Burundi.
Youssouf Ndayishimye bita Nyange yaraye akinye neza mu murwi wiwe mushasha İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü . Batsinze Fenerbahçe ya Mesut Ozil akinira 2-1.
Youssouf Ndayishimye bita Nyange yaraye akinye neza mu murwi wiwe mushasha İstanbul Başakşehir Futbol Kulübü . Batsinze Fenerbahçe ya Mesut Ozil akinira 2-1, gutyo baba barayisezereye muri 1/4 y’igikombe ca Turquie Youssouf Ndayishimye aho biboneka ko yari asa n’uwunaniye Mesut…
Umumenyereza w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzaniya Etienne Ndayiragije yasezerewe muri ako kazi.
Umumenyereza w’umurwi nserukira gihugu wa Tanzaniya Etienne Ndayiragije yasezerewe muri ako kazi. Ivyo vyabaye inyuma y’ikiganiro yagiranye n’abarongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Tanzaniya TFF, aho impande zose zahujije ko zohagarika amasezerano #XDASH#TTF#Burundi
MissNgoma2020: Ukuri kwose/Alfred MissNgoma namubwiye asinye imodoka ayitware/yarabeshe ibinyamakuru.
FRANCINE NIYONSABA Mwari muzi nk’umunonotsi yiruka kunabwe zibiro metero 800. Muri #CrossCountry yabereye muri Bataillon.
FRANCINE NIYONSABA Mwari muzi nk’umunonotsi yiruka kunabwe zibiro metero 800. Muri #CrossCountry yabereye muri Bataillon Para kuri uwu w’Imana, Francine atahukanye ikibanza ca mbere inyuma yogukoresha umwanya ungana na 33’45”36 kubiro metero 10.000. Mukurindira ko ingingo zafashwe n’urwego mpuzamakungu zimubuza…